Abacamanza 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Inyuma y’urupfu+ rwa Yosuwa, bene Isirayeli babaza+ Yehova bati: “Ni nde muri twebwe azotangura kuduga ku Banyakanani kubarwanya?” 1 Samweli 30:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Dawidi atangura gusiguza Yehova+, mu kuvuga ati: “Nome inyuma ako kagwi k’abambuzi? Ndabahamvya?” Na we amubwira+ ati: “Genda ubome inyuma, kuko utabura kubahamvya, ukagarura ivyo batwaye vyose+.” 2 Samweli 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Dawidi asiguza+ Yehova, ati: “Nduge kurwanya Abafilisitiya? Urabatanga mu kuboko kwanje?” Yehova aca abwira Dawidi ati: “Duga, kuko ntabura gutanga Abafilisitiya mu maboko yawe+.” Imigani 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Wizigire Yehova n’umutima wawe+ wose kandi ntiwishimikize ubwenge bwawe bwite+.
1 Inyuma y’urupfu+ rwa Yosuwa, bene Isirayeli babaza+ Yehova bati: “Ni nde muri twebwe azotangura kuduga ku Banyakanani kubarwanya?”
8 Dawidi atangura gusiguza Yehova+, mu kuvuga ati: “Nome inyuma ako kagwi k’abambuzi? Ndabahamvya?” Na we amubwira+ ati: “Genda ubome inyuma, kuko utabura kubahamvya, ukagarura ivyo batwaye vyose+.”
19 Dawidi asiguza+ Yehova, ati: “Nduge kurwanya Abafilisitiya? Urabatanga mu kuboko kwanje?” Yehova aca abwira Dawidi ati: “Duga, kuko ntabura gutanga Abafilisitiya mu maboko yawe+.”