2 Samweli 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abasuku b’umwami baca babwira umwami bati: “Ehe, abasuku bawe+ twiteguriye gukora twisunze ivyo umukama wanje umwami ahitamwo vyose.” Umusiguzi 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko ijambo ry’umwami ari bwo bubasha+; kandi ni nde yomubwira ngo: ‘Ivyo ukora ni ibiki?’”
15 Abasuku b’umwami baca babwira umwami bati: “Ehe, abasuku bawe+ twiteguriye gukora twisunze ivyo umukama wanje umwami ahitamwo vyose.”