Imigani 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+. Luka 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Ariko ni mwebwe mwumiye+ kuri jewe mu bigeragezo vyanje+; Yohani 15:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muri abagenzi banje nimba mukora ico ndabategetse+. 1 Abakorinto 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bitayeko, muri ivyo, ikironderwa mu babwiriza+ ni uko umuntu asangwa ari umwizigirwa+.
24 Hari abagenzi baguma barondera kumenagurana+, mugabo hari umugenzi amata ku muntu kuruta uwo bavukana+.