Abaroma 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+. Abaheburayo 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kuko umuherezi mukuru dufise atari uwudashobora gusangira+ natwe umubabaro mu bugoyagoye bwacu, ahubwo ni uwagejejwe mu mice yose cokimwe natwe, mugabo ntiyagira igicumuro+.
17 Nimba rero turi abana, turi na ba samuragwa: ba samuragwa koko b’Imana, mugabo tukaba abaraganwa+ na Kristu, dukire gusa kubabarana+ na we kugira ngo kandi tuninahazanywe na we+.
15 Kuko umuherezi mukuru dufise atari uwudashobora gusangira+ natwe umubabaro mu bugoyagoye bwacu, ahubwo ni uwagejejwe mu mice yose cokimwe natwe, mugabo ntiyagira igicumuro+.