Guharura 33:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+. Abacamanza 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nanje rero navuze nti: ‘Sinzobirukana imbere yanyu; bazobabera koko imitego+, imana zabo na zo zibabere ikibakwegakwega+.’”
55 “‘Ariko nimutirukana ababa muri ico gihugu ngo bave imbere yanyu+, abo muzosigaza muri bo ntibazobura kubabera nk’ibintu bibazibura mu maso, bababere kandi nk’amahwa mu mbavu; emwe, bazobatoteza mu gihugu muzoba mubayemwo+.
3 Nanje rero navuze nti: ‘Sinzobirukana imbere yanyu; bazobabera koko imitego+, imana zabo na zo zibabere ikibakwegakwega+.’”