Imigani 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mbega uramaze kwitegereza umuntu w’umuhanga mu gikorwa ciwe? Imbere y’abami ni ho azohagarara+; ntazohagarara imbere y’abantu nciyaho.
29 Mbega uramaze kwitegereza umuntu w’umuhanga mu gikorwa ciwe? Imbere y’abami ni ho azohagarara+; ntazohagarara imbere y’abantu nciyaho.