Yosuwa 15:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Yarimuti+ na Adulamu+, Soko+ na Azeka+, Yeremiya 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 igihe inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni zariko zirwanya Yeruzalemu n’ibisagara vyose vya Yuda vyari bisigaye+, zirwanya Lakishi+ na Azeka+; kuko ivyo bisagara, ivyari bikingijwe ibihome+, ari vyo vyari bisigaye mu bisagara vya Yuda+.
7 igihe inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni zariko zirwanya Yeruzalemu n’ibisagara vyose vya Yuda vyari bisigaye+, zirwanya Lakishi+ na Azeka+; kuko ivyo bisagara, ivyari bikingijwe ibihome+, ari vyo vyari bisigaye mu bisagara vya Yuda+.