1 Samweli 17:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Akiriko aravugana na bo, ng’ico ca gihangange, kimwe citwa Goliyati+ Umufilisitiya, icava i Gati+, cariko kiduga kivuye mu mirongo y’abatonze urugamba y’Abafilisitiya; gitangura rero kuvuga amajambo nk’amwe y’ubwa mbere+, maze Dawidi aravyumva.
23 Akiriko aravugana na bo, ng’ico ca gihangange, kimwe citwa Goliyati+ Umufilisitiya, icava i Gati+, cariko kiduga kivuye mu mirongo y’abatonze urugamba y’Abafilisitiya; gitangura rero kuvuga amajambo nk’amwe y’ubwa mbere+, maze Dawidi aravyumva.