ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 17:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Nuko rero Sauli yambika Dawidi impuzu ziwe yongera ashira inkofero y’umujumpu ku mutwe wiwe, hanyuma amwambika ikoti y’ivyuma.

  • 1 Abami 22:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nuko umugabo umwe apfa gufora umuheto ata mugambi mubi abigiranye, mugabo arasa umwami wa Isirayeli aho ibindi bihimba vy’ibirwanisho vyahurira n’umwitero w’ivyuma, ku buryo abwira uwumutwara mu mukogote+ ati: “Hindukiza ukuboko kwawe, unkure mw’ikambi, kuko nakomerekejwe bimwe bibi.”

  • 2 Ngoma 26:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Uziya abandanya kubategurira, ni ukuvuga ingabo zose uko zingana, inkinzo+ n’amacumu+ n’inkofero+ n’amakoti y’ivyuma+ n’imiheto+ be n’amabuye atezwa umugozi+.

  • Yeremiya 51:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Uwuhonyora umuheto wiwe ntawuhonyore+. Kandi ntihagire uwuhaguruka yambaye ikoti yiwe y’ivyuma.

      “Ntiwumvire impuhwe imisore yiwe+. Mutikize ingabo ziwe zose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika