ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kandi mu bisagara bitandukanye vyose ashirayo inkinzo+ zagutse n’amacumu+; arabikomeza cane rwose. Kandi Yuda na Benyamini biguma ari rwiwe.

  • 2 Ngoma 14:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko Asa agira inteko za gisirikare zitwara inkinzo zagutse+ n’amacumu+, abagabo ibihumbi amajana atatu bo muri Yuda+. Muri Benyamini na ho, abatwara udukinzo bakongera bagafora umuheto+ bari ibihumbi amajana abiri na mirongo umunani+. Abo bose bari abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi.

  • 2 Ngoma 25:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko Amaziya akoraniriza hamwe Yuda maze abahagarika yisunze inzu ya ba sekuruza+, akurikije abakuru b’ibihumbi+ n’abakuru b’amajana+, ku bwa Yuda yose na Benyamini yose; hanyuma arabandika kuva ku myaka mirongo ibiri+ kuduga, amaherezo asanga ari abagabo b’abahizi ibihumbi amajana atatu baja mu ngabo, bakoresha icumu+ n’inkinzo yagutse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika