1 Samweli 16:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko atuma kumuzana. Na we yari inzobe+, akaba umusore afise amaso meza kandi asa neza. Maze Yehova avuga ati: “Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari uyu+!”
12 Nuko atuma kumuzana. Na we yari inzobe+, akaba umusore afise amaso meza kandi asa neza. Maze Yehova avuga ati: “Haguruka umurobanuze amavuta, kuko ari uyu+!”