Abacamanza 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!” 2 Abami 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Ahaziya agwa hasi+ aciye mu kayungiro ko mu cumba ciwe co hejuru+ cari i Samariya hanyuma ararwara. Atuma rero intumwa, azibwira ati: “Nimugende musiguze+ Bayali-zebubi+ imana ya Ekuroni+ nimba nzokira iyi ndwara+.”
23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!”
2 Maze Ahaziya agwa hasi+ aciye mu kayungiro ko mu cumba ciwe co hejuru+ cari i Samariya hanyuma ararwara. Atuma rero intumwa, azibwira ati: “Nimugende musiguze+ Bayali-zebubi+ imana ya Ekuroni+ nimba nzokira iyi ndwara+.”