ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 39:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mugabo Yehova abana na Yozefu, ku buryo aba umuntu aroranirwa+, arahava ashirwa hejuru y’inzu ya shebuja, Umunyamisiri.

  • Yosuwa 6:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Gutyo, Yehova abana na Yosuwa+, ukuba rurangiranwa kwiwe gukwiragira mw’isi yose+.

  • 1 Samweli 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ivyo bimenyetso+ nivyagushikako, wigirire ico ukuboko kwawe gushoboye+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+.

  • 1 Samweli 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Umwe muri nya basuku arishura, ati: “Urazi, narabonye ko mwene Yese Umunyabetelehemu ari umuhanga mu vyo kuvuza inanga+; ni umugabo w’intwari kandi w’umunyenkomezi+, akaba n’umurwanyi+; ni umuntu avugana ubwenge+, akaba n’umugabo aremye neza+, kandi Yehova ari kumwe na we+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika