1 Samweli 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Dawidi aca abwira Sauli ati: “Mbaye nde kandi abo mu muryango wanje, umuryango wa dawe, babaye bande muri Isirayeli, ku buryo noba umukwe w’umwami+?”
18 Dawidi aca abwira Sauli ati: “Mbaye nde kandi abo mu muryango wanje, umuryango wa dawe, babaye bande muri Isirayeli, ku buryo noba umukwe w’umwami+?”