2 Samweli 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Umwami Dawidi aca arinjira, yicara imbere ya Yehova, maze avuga ati: “Mbega ndi nde+ ga Mukama Segaba Yehova? Kandi inzu yanje ni iki ku buryo wanshikanye iyo hose? Imigani 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Ugutinya Yehova ni indero igana ku bukerebutsi+, kandi imbere y’ubuninahazwa haba uguca bugufi+. Imigani 18:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+. Imigani 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ikiva mu kwicisha bugufi be n’ugutinya Yehova, ni ubutunzi n’ubuninahazwa n’ubuzima+. Yakobo 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ariko ubuntu ata wari abukwiriye Imana itanga burahambaye kuruta+. Ni co gituma icanditswe kivuga giti: “Imana irwanya abibona+, mugabo iha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.” 1 Petero 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;
18 Umwami Dawidi aca arinjira, yicara imbere ya Yehova, maze avuga ati: “Mbega ndi nde+ ga Mukama Segaba Yehova? Kandi inzu yanje ni iki ku buryo wanshikanye iyo hose?
12 Imbere y’ugusenyuka, umutima w’umuntu urishira hejuru+; kandi imbere y’ubuninahazwa, haba uguca bugufi+.
6 Ariko ubuntu ata wari abukwiriye Imana itanga burahambaye kuruta+. Ni co gituma icanditswe kivuga giti: “Imana irwanya abibona+, mugabo iha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.”
6 Mwicishe bugufi rero munsi y’ukuboko kw’ububasha kw’Imana, kugira ngo ibashire hejuru igihe kigeze+;