1 Samweli 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Maze Sauli avuga ati: “Nzomumuha kugira ngo amubere umutego+, no kugira ngo ukuboko kw’Abafilisitiya kuze kuri we.” Sauli abwira rero Dawidi ati: “Uno musi urunga nanje ubucuti bw’ukwabirana biciye kuri umwe muri abo bakobwa babiri.”
21 Maze Sauli avuga ati: “Nzomumuha kugira ngo amubere umutego+, no kugira ngo ukuboko kw’Abafilisitiya kuze kuri we.” Sauli abwira rero Dawidi ati: “Uno musi urunga nanje ubucuti bw’ukwabirana biciye kuri umwe muri abo bakobwa babiri.”