1 Samweli 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+. 1 Samweli 24:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ubu rero, ehe ndazi neza ko uzoganza ata kabuza+, kandi ko mu kuboko kwawe ubwami bwa Isirayeli buzoramba vy’ukuri.
13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+.
20 Ubu rero, ehe ndazi neza ko uzoganza ata kabuza+, kandi ko mu kuboko kwawe ubwami bwa Isirayeli buzoramba vy’ukuri.