1 Samweli 13:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubu rero ubwami bwawe ntibuzoramba+. Emwe, Yehova azokwironderera umuntu ahimbara umutima wiwe+; kandi Yehova azomushinga ibanga ryo kuba indongozi+ y’abantu biwe, kuko utagumije ico Yehova yagutegetse+.” 1 Samweli 15:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+. 1 Samweli 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Maze Sauli arashavura cane+; iryo jambo riba ribi mu maso yiwe, ku buryo avuga ati: “Dawidi bamuhaye ibihumbi mirongo, ariko jeho bampa ibihumbi; igisigaye gusa ni uko ahabwa ingoma+!” 1 Samweli 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko imisi yose mwene Yese azoba akiri muzima ku butaka, wewe n’ingoma yawe ntimuzoshimangirwa+. None rero tuma bamundonderere, kuko abwirizwa gupfa+.” 1 Samweli 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma amubwira ati: “Ntutinye+; kuko ukuboko kwa Sauli dawe kutazokuronka, kandi wewe ubwawe uzoba umwami+ wa Isirayeli, nanje ubwanje nzoba uwa kabiri kuri wewe; na Sauli dawe ivyo arabizi+.”
14 Ubu rero ubwami bwawe ntibuzoramba+. Emwe, Yehova azokwironderera umuntu ahimbara umutima wiwe+; kandi Yehova azomushinga ibanga ryo kuba indongozi+ y’abantu biwe, kuko utagumije ico Yehova yagutegetse+.”
28 Samweli aca amubwira ati: “Uyu musi Yehova agushikuyeko+ ingoma ya Isirayeli, kandi azoyiha ata kabuza mugenzawe ameze neza kukurusha+.
8 Maze Sauli arashavura cane+; iryo jambo riba ribi mu maso yiwe, ku buryo avuga ati: “Dawidi bamuhaye ibihumbi mirongo, ariko jeho bampa ibihumbi; igisigaye gusa ni uko ahabwa ingoma+!”
31 Kuko imisi yose mwene Yese azoba akiri muzima ku butaka, wewe n’ingoma yawe ntimuzoshimangirwa+. None rero tuma bamundonderere, kuko abwirizwa gupfa+.”
17 Hanyuma amubwira ati: “Ntutinye+; kuko ukuboko kwa Sauli dawe kutazokuronka, kandi wewe ubwawe uzoba umwami+ wa Isirayeli, nanje ubwanje nzoba uwa kabiri kuri wewe; na Sauli dawe ivyo arabizi+.”