1 Samweli 20:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko imisi yose mwene Yese azoba akiri muzima ku butaka, wewe n’ingoma yawe ntimuzoshimangirwa+. None rero tuma bamundonderere, kuko abwirizwa gupfa+.” 1 Samweli 24:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ubu rero, ehe ndazi neza ko uzoganza ata kabuza+, kandi ko mu kuboko kwawe ubwami bwa Isirayeli buzoramba vy’ukuri.
31 Kuko imisi yose mwene Yese azoba akiri muzima ku butaka, wewe n’ingoma yawe ntimuzoshimangirwa+. None rero tuma bamundonderere, kuko abwirizwa gupfa+.”
20 Ubu rero, ehe ndazi neza ko uzoganza ata kabuza+, kandi ko mu kuboko kwawe ubwami bwa Isirayeli buzoramba vy’ukuri.