2 Samweli 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mefibosheti mwene Yonatani, Yonatani mwene Sauli, yinjiye aho Dawidi ari, aca agwa yubamye, akubita inkoro hasi+. Maze Dawidi avuga ati: “Mefibosheti!” Na we ati: “Ndi hano umusuku wawe.” 2 Samweli 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami abwira Ziba ati: “Ehe ikintu cose ca Mefibosheti ni icawe+.” Ziba aca avuga ati: “Ndunamye+ koko. Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje umwami.”
6 Mefibosheti mwene Yonatani, Yonatani mwene Sauli, yinjiye aho Dawidi ari, aca agwa yubamye, akubita inkoro hasi+. Maze Dawidi avuga ati: “Mefibosheti!” Na we ati: “Ndi hano umusuku wawe.”
4 Nuko umwami abwira Ziba ati: “Ehe ikintu cose ca Mefibosheti ni icawe+.” Ziba aca avuga ati: “Ndunamye+ koko. Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje umwami.”