2 Samweli 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umwami abandanya kuvuga ati: “Mbega nta wugisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo bw’Imana+?” Ziba aca abwira umwami ati: “Haracariho mwene Yonatani, amugaye ibirenge+.”
3 Umwami abandanya kuvuga ati: “Mbega nta wugisigaye mu nzu ya Sauli ngo ndamugirire ubuntu bwuzuye urukundo bw’Imana+?” Ziba aca abwira umwami ati: “Haracariho mwene Yonatani, amugaye ibirenge+.”