ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Umusiguzi 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi jewe narabonye igikorwa c’ubutame cose be n’ubuhanga bwose mu gikorwa+, mbona yuko ari ubukeba umwe agirira uwundi+; ivyo na vyo nyene ni ubusa n’ukwiyahagura ukurikira umuyaga.

  • Luka 22:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ariko havyuka kandi ibihari bikomeye hagati yabo vyo kumenya uwoba yasa na mukuru muri bo+.

  • Luka 22:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ariko mweho ntimukwiye kumera gutyo+. Mugabo umukuru muri mwebwe nacike nk’umutoyi+, uwutegeka na we acike nk’uwukora+.

  • Abagalatiya 5:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Ntiturondere kwishira imbere, tuvyura uguhiganwa+, tugiriranira agashari+.

  • Abafilipi 2:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 ata na kimwe mukora mubitumwe n’agatima k’amahane+ canke ukwishira imbere+, ariko mwiyumvira mwiyoroheje mu muzirikanyi yuko abandi babaruta+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika