Abacamanza 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ashitseyo, atangura kuvuza inzamba+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu+; hanyuma bene Isirayeli batangura kumanukana na we bavuye muri nya karere k’imisozi, akaba yari abayoboye. 2 Samweli 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Abusalomu atuma abatasi+ mu miryango ya Isirayeli yose kuvuga bati: “Mukimara kwumva ijwi ry’inzamba, muzoce muvuga muti: ‘Abusalomu abaye umwami+ i Heburoni+!’”
27 Ashitseyo, atangura kuvuza inzamba+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu+; hanyuma bene Isirayeli batangura kumanukana na we bavuye muri nya karere k’imisozi, akaba yari abayoboye.
10 Maze Abusalomu atuma abatasi+ mu miryango ya Isirayeli yose kuvuga bati: “Mukimara kwumva ijwi ry’inzamba, muzoce muvuga muti: ‘Abusalomu abaye umwami+ i Heburoni+!’”