-
2 Ngoma 10:16Bibiliya y’isi nshasha
-
-
16 Nayo Isirayeli yose, kubera ko umwami atabumvirije, abantu bishura rero umwami bati: “Ni umuturi nyabaki dufise muri Dawidi+? Kandi nta ntoranwa iri muri mwene Yese+. Umwe wese naje ku mana ziwe+, ewe Isirayeli! Ubu rero niwitwararike inzu yawe, ewe Dawidi+!” Isirayeli yose ica yigira ku mahema yayo.
-