Umusiguzi 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Habaye agasagara gatoyi, kandi abagabo muri ko bari bake; maze haza kuri nya gasagara umwami ahambaye, aragakikuza, yubaka ibihome bikomeye ngo agatere+. Yeremiya 33:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze ku bijanye n’amazu y’iki gisagara no ku bijanye n’amazu y’abami ba Yuda yasituriwe hasi ku bwo kwikingira ibikuta vyo kugisugereza be n’inkota+, Luka 19:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Kubera ko imisi izoza kuri wewe aho abansi bawe bazokwubaka hirya no hino yawe igihome+ c’ibisonga+, kandi bazogukikuza+ bagusugereze+ impande zose,
14 Habaye agasagara gatoyi, kandi abagabo muri ko bari bake; maze haza kuri nya gasagara umwami ahambaye, aragakikuza, yubaka ibihome bikomeye ngo agatere+.
4 “Kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze ku bijanye n’amazu y’iki gisagara no ku bijanye n’amazu y’abami ba Yuda yasituriwe hasi ku bwo kwikingira ibikuta vyo kugisugereza be n’inkota+,
43 Kubera ko imisi izoza kuri wewe aho abansi bawe bazokwubaka hirya no hino yawe igihome+ c’ibisonga+, kandi bazogukikuza+ bagusugereze+ impande zose,