2 Samweli 20:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Jewe nserukira abantu b’abanyamahoro+ kandi b’abizigirwa+ ba Isirayeli. Uriko urondera kwica igisagara+ na inabibondo muri Isirayeli. Kubera iki womira+ intoranwa+ ya Yehova?”
19 Jewe nserukira abantu b’abanyamahoro+ kandi b’abizigirwa+ ba Isirayeli. Uriko urondera kwica igisagara+ na inabibondo muri Isirayeli. Kubera iki womira+ intoranwa+ ya Yehova?”