2 Samweli 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze abatanga mu kuboko kw’Abanyagibeyoni na bo babashira ahabona ku musozi imbere ya Yehova+, ku buryo abo uko ari indwi bagwa hamwe; bicwa mu misi ya mbere y’iyimbura, mu ntango y’iyimbura rya sayiri+.
9 Maze abatanga mu kuboko kw’Abanyagibeyoni na bo babashira ahabona ku musozi imbere ya Yehova+, ku buryo abo uko ari indwi bagwa hamwe; bicwa mu misi ya mbere y’iyimbura, mu ntango y’iyimbura rya sayiri+.