2 Samweli 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko Abafilisitiya bumva yuko bari barobanuje amavuta Dawidi ngo abe umwami wa Isirayeli+. Abafilisitiya bose baca baduga kurondera Dawidi. Dawidi avyumvise, aca amanuka mu kibanza kigoye gushikamwo+. 2 Samweli 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Mu nyuma Abafilisitiya bongera kuduga+, bakwiragira irya n’ino mu kiyaya co hasi ca Refayimu+.
17 Nuko Abafilisitiya bumva yuko bari barobanuje amavuta Dawidi ngo abe umwami wa Isirayeli+. Abafilisitiya bose baca baduga kurondera Dawidi. Dawidi avyumvise, aca amanuka mu kibanza kigoye gushikamwo+.