Gusubira mu vyagezwe 32:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+. 1 Samweli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+. Zaburi 144:1 Bibiliya y’isi nshasha 144 Hahezagirwe Yehova we Gitandara canje+,Uwigisha amaboko yanje kurwana+,Akigisha intoke zanje intambara;
4 Ca Gitandara, igikorwa ciwe ntikigira akanenge+,Kuko inzira ziwe zose ari ubutungane+.Ni Imana y’ubwizigirwa+, itagira akarenganyo+;Ni we agororotse kandi atunganye+.
2 Nta n’umwe ari mweranda nka Yehova, kuko ata n’umwe ariho kiretse wewe+;Kandi nta gitandara kiriho kimeze nk’Imana yacu+.
144 Hahezagirwe Yehova we Gitandara canje+,Uwigisha amaboko yanje kurwana+,Akigisha intoke zanje intambara;