2 Samweli 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nk’aho ico coba vy’ukuri ari ikintu gito mu maso yawe, ewe Mukama Segaba Yehova, yamara uravuze n’ivyerekeye inzu y’umusavyi wawe gushika muri kazoza ka kure; kandi iryo ni ryo tegeko rihawe abantu+, ewe Mukama Segaba Yehova+.
19 Nk’aho ico coba vy’ukuri ari ikintu gito mu maso yawe, ewe Mukama Segaba Yehova, yamara uravuze n’ivyerekeye inzu y’umusavyi wawe gushika muri kazoza ka kure; kandi iryo ni ryo tegeko rihawe abantu+, ewe Mukama Segaba Yehova+.