1 Ngoma 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nk’aho ico coba ari ikintu gito mu maso yawe+, ewe Mana+, yamara uravuze ibijanye n’inzu y’umusavyi wawe gushika muri kazoza ka kure+, kandi wandavye nk’umuntu w’umunyacubahiro+, ewe Yehova Mana.
17 Nk’aho ico coba ari ikintu gito mu maso yawe+, ewe Mana+, yamara uravuze ibijanye n’inzu y’umusavyi wawe gushika muri kazoza ka kure+, kandi wandavye nk’umuntu w’umunyacubahiro+, ewe Yehova Mana.