2 Samweli 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’” 1 Abami 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 nanje rero nzoshinga koko intebe y’ubwami bwawe kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero, nk’uko nyene nasezeraniye Dawidi so nti: ‘Ntihazobura umugabo mu bawe wo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.’ 1 Ngoma 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘“Imisi yawe niyakwira kugira ngo wigire uhamvye ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, na rwo rukazoba ari umwe mu bahungu bawe+, kandi nzoshimangira koko ingoma yiwe+. Zaburi 89:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Nagize isezerano ku bijanye n’uwo natoye+;Narahiye Dawidi umusavyi wanje+ nti: Zaburi 89:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nzozigama ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we gushika igihe kitagira urugero+,Kandi isezerano ryanje rizoba iryizigirwa kuri we+. Zaburi 132:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yehova yararahiye Dawidi+,Kandi vy’ukuri ntazokwirahuruza+:“Uwo mu bura bwawe*+Nzomushira ku ntebe yawe y’ubwami+.
16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’”
5 nanje rero nzoshinga koko intebe y’ubwami bwawe kuri Isirayeli gushika igihe kitagira urugero, nk’uko nyene nasezeraniye Dawidi so nti: ‘Ntihazobura umugabo mu bawe wo kwicara ku ntebe y’ubwami ya Isirayeli+.’
11 “‘“Imisi yawe niyakwira kugira ngo wigire uhamvye ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, na rwo rukazoba ari umwe mu bahungu bawe+, kandi nzoshimangira koko ingoma yiwe+.
28 Nzozigama ubuntu bwuzuye urukundo bwanje kuri we gushika igihe kitagira urugero+,Kandi isezerano ryanje rizoba iryizigirwa kuri we+.
11 Yehova yararahiye Dawidi+,Kandi vy’ukuri ntazokwirahuruza+:“Uwo mu bura bwawe*+Nzomushira ku ntebe yawe y’ubwami+.