ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ubu rero, ubwire umusavyi wanje Dawidi uti: ‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ni jewe nagukuye mw’itongo ry’uburagiriro, inyuma y’umukuku+, kugira ngo ube indongozi+ y’igisata canje Isirayeli.

  • 1 Abami 8:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 ‘Kuva umusi nakura abantu banje Isirayeli mu Misiri, nta gisagara natoye+ mu miryango yose ya Isirayeli ku bwo kwubaka inzu+ kugira ngo izina ryanje+ rigumeyo; mugabo nzotora Dawidi kugira ngo aganze abantu banje Isirayeli+.’

  • Yesaya 42:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Ehe umusavyi wanje+, uwo ngumije+! Uwo natoye+, uwo umutima wanje washimye+! Nashize impwemu yanje muri we+. Azozana ubutungane ku mahanga+.

  • Luka 1:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika