ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kuko ntabaye mu nzu kuva umusi nadugana bene Isirayeli ndabakuye mu Misiri gushika uyu musi+, mugabo nagumye ngendagenda+ mw’ihema+ no mw’itaberenakulo*+.

  • 2 Ngoma 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 ‘Kuva umusi nakura abantu banje mu gihugu ca Misiri, nta gisagara natoye mu miryango yose ya Isirayeli ku bwo kwubaka inzu kugira ngo izina ryanje ribeyo+, kandi nta muntu natoye ngo abe indongozi y’abantu banje Isirayeli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika