Yosuwa 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rikoranira i Shilo+, hanyuma bashinga ihema ry’ihuriro ng’aho+, kuko igihugu cari kimaze kumarwa igabo imbere yabo+. 1 Abami 8:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 ‘Kuva umusi nakura abantu banje Isirayeli mu Misiri, nta gisagara natoye+ mu miryango yose ya Isirayeli ku bwo kwubaka inzu+ kugira ngo izina ryanje+ rigumeyo; mugabo nzotora Dawidi kugira ngo aganze abantu banje Isirayeli+.’
18 Maze ikoraniro ryose rya bene Isirayeli rikoranira i Shilo+, hanyuma bashinga ihema ry’ihuriro ng’aho+, kuko igihugu cari kimaze kumarwa igabo imbere yabo+.
16 ‘Kuva umusi nakura abantu banje Isirayeli mu Misiri, nta gisagara natoye+ mu miryango yose ya Isirayeli ku bwo kwubaka inzu+ kugira ngo izina ryanje+ rigumeyo; mugabo nzotora Dawidi kugira ngo aganze abantu banje Isirayeli+.’