Kuvayo 33:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Na we avuga ati: “Jewe ubwanje nzojana nawe+ kandi nzoguha koko akaruhuko+.” Gusubira mu vyagezwe 23:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko Yehova Imana yawe agendagenda mw’ikambi yawe kugira akurokore+ no kugira agabure abansi bawe mu kuboko kwawe+. Kandi ikambi yawe itegerezwa kuba nyeranda+, kugira ntabone muri wewe ikintu kitabereye ngo ace asigaho kujana nawe+.
14 Kuko Yehova Imana yawe agendagenda mw’ikambi yawe kugira akurokore+ no kugira agabure abansi bawe mu kuboko kwawe+. Kandi ikambi yawe itegerezwa kuba nyeranda+, kugira ntabone muri wewe ikintu kitabereye ngo ace asigaho kujana nawe+.