1 Ngoma 27:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwagaba umuce w’ukwezi kugira kabiri yari Dodayi+ Umwahohi+, Mikiloti akaba ari we yari indongozi; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.
4 Uwagaba umuce w’ukwezi kugira kabiri yari Dodayi+ Umwahohi+, Mikiloti akaba ari we yari indongozi; mu muce wiwe hari ibihumbi mirongo ibiri na bine.