2 Samweli 23:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Inyuma yiwe, Eleyazari+ mwene Dodo+, Dodo wa Ahohi, yari muri ba bagabo b’abanyenkomezi batatu bari kumwe na Dawidi igihe bacokora Abafilisitiya. Bari bakoraniye ng’aho ku bw’urugamba, ku buryo abagabo ba Isirayeli basubira inyuma+. 1 Ngoma 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Inyuma yiwe hari Eleyazari+ mwene Dodo Umwahohi+. Yari muri ba bagabo b’abanyenkomezi batatu+.
9 Inyuma yiwe, Eleyazari+ mwene Dodo+, Dodo wa Ahohi, yari muri ba bagabo b’abanyenkomezi batatu bari kumwe na Dawidi igihe bacokora Abafilisitiya. Bari bakoraniye ng’aho ku bw’urugamba, ku buryo abagabo ba Isirayeli basubira inyuma+.