2 Samweli 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni we yahagurutse, akaguma asasika Abafilisitiya gushika aho ukuboko kwiwe kuruha yamara kukaguma kwumiye ku nkota+, ku buryo Yehova ashitsa ubukiriro bukomeye uwo musi+; nayo abantu, bagaruka inyuma yiwe kugira gusa bambure abagaritswe+. 2 Samweli 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma avuga ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe+, ewe Yehova, yuko nokora ico kintu! Mbega nywe amaraso+ y’aba bantu bagiye, bakemera gushira ubuzima bwabo mu kaga?” Ntiyemera kuyanywa. Ivyo ni vyo abo bagabo b’abanyenkomezi batatu bakoze.
10 Ni we yahagurutse, akaguma asasika Abafilisitiya gushika aho ukuboko kwiwe kuruha yamara kukaguma kwumiye ku nkota+, ku buryo Yehova ashitsa ubukiriro bukomeye uwo musi+; nayo abantu, bagaruka inyuma yiwe kugira gusa bambure abagaritswe+.
17 Hanyuma avuga ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe+, ewe Yehova, yuko nokora ico kintu! Mbega nywe amaraso+ y’aba bantu bagiye, bakemera gushira ubuzima bwabo mu kaga?” Ntiyemera kuyanywa. Ivyo ni vyo abo bagabo b’abanyenkomezi batatu bakoze.