-
1 Ngoma 11:19Bibiliya y’isi nshasha
-
-
19 Hanyuma avuga ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe, ku bijanye n’Imana yanje, gukora ico kintu! Mbega nonywa amaraso+ y’aba bagabo bemeye gushira ubuzima bwabo mu kaga? Kuko bayazanye barinze gushira ubuzima bwabo mu kaga.” Nuko ntiyemera kuyanywa+. Ivyo ni vyo ba bagabo b’abanyenkomezi batatu bakoze.
-