Itanguriro 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Gusa, inyama zirimwo ubuzima+ bwazo, ari bwo maraso+ yazo, ntimuze muzirye+. Abalewi 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe azorya amaraso y’ubwoko na bumwe+, emwe, nzoshinga igitsure canje* uyo muntu+ arya amaraso, kandi nzomurandura koko mu bantu b’iwabo. Gusubira mu vyagezwe 12:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi utegerezwa guhereza amashikanwa yawe aturirwa+, inyama n’amaraso+, ku gicaniro ca Yehova Imana yawe. Amaraso y’ibimazi vyawe akwiye gusukwa imbere y’igicaniro ca Yehova+ Imana yawe, mugabo inyama urashobora kuzirya. Ivyakozwe 15:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, n’amaraso+, n’ibinizwe+, n’ubusambanyi+. Nimwaguma mwitandukanije neza n’ivyo bintu+, muzotunganirwa. Mugire amagara meza!”
10 “‘Umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli canke kavamahanga wese abayeho ari kavamahanga hagati muri mwebwe azorya amaraso y’ubwoko na bumwe+, emwe, nzoshinga igitsure canje* uyo muntu+ arya amaraso, kandi nzomurandura koko mu bantu b’iwabo.
27 Kandi utegerezwa guhereza amashikanwa yawe aturirwa+, inyama n’amaraso+, ku gicaniro ca Yehova Imana yawe. Amaraso y’ibimazi vyawe akwiye gusukwa imbere y’igicaniro ca Yehova+ Imana yawe, mugabo inyama urashobora kuzirya.
29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, n’amaraso+, n’ibinizwe+, n’ubusambanyi+. Nimwaguma mwitandukanije neza n’ivyo bintu+, muzotunganirwa. Mugire amagara meza!”