ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 39:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nta wunduta muri iyi nzu, kandi nta kintu na kimwe yanyimye kiretse wewe, kuko uri umugore wiwe+. None noshobora nte gukora ico kibi gikomeye ngacumura koko ku Mana+?”

  • 1 Abakorinto 6:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+,

  • Abanyefeso 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko ibi mubizi mukaba kandi muvyemera icese, yuko ata musambanyi+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+—bisobanura uwusenga ibigirwamana—azogira ico atorana mu bwami bwa Kristu n’Imana+.

  • Abakolosayi 3:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nimwice+ rero ibihimba vy’umubiri+ wanyu biri kw’isi ku bijanye n’ubusambanyi, ubuhumane, inambu y’umubiri+, ivyipfuzo vyonona, n’umwina+ ari kwo gusenga ibigirwamana.

  • 1 Abatesalonika 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko ico Imana igomba ari iki: ni uko mwezwa+, mukirinda ubusambanyi+,

  • 1 Petero 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko igihe+ carenganye gihagije c’ukuba mwarakoze ukugomba kw’amahanga+ igihe mwagendera mu bikorwa vy’ubushirasoni*+, mu nambu zikomeye, mu kunywa umuvinyu birenze urugero+, mu kwidagadura, mu guhiganwa mu kunywa, no mu vy’ugusenga ibigirwamana kw’ikizira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika