ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 1:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Kandi nk’uko batashimye kumenya Imana mu buryo butagira amakosa+, Imana yarabahebeye imero y’umuzirikanyi itemewe+, ngo bakore ibitabereye+,

  • Abaroma 6:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 None icamwa+ mwari mufise ico gihe cari igiki? Vyari ibintu+ ubu bibatera isoni. Kuko iherezo ry’ivyo ari urupfu+.

  • Abanyefeso 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Iki rero ni co mvuga kandi nkagishingira intahe mu Mukama, yuko mutobandanya kugenda nk’uko abo mu mahanga+ bagendera mu bupfu bw’imizirikanyi yabo+,

  • Tito 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko na twebwe kera twari imburabwenge, abagambarazi, tuzimizwa, turi abaja b’ivyipfuzo n’ibinezereza bitari bimwe, dushishikara kugendera mu bubi no mu gashari, turi abo kuzinukwa, twankana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika