1 Abakorinto 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ubu ndabandikiye kureka kwivanga+ n’uwo wese yitwa mwene wacu akaba ari umusambanyi canke umunyamunoho+ canke uwusenga ibigirwamana canke uwutukana canke imborerwa+ canke umunyazi, no gusangira ntimugasangire n’umuntu mwene uyo. Abagalatiya 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 inzigo, ukunywera akaborerwe+, ukwidagadura, n’ibintu nk’ivyo. Ndababuriye kuri ivyo, nk’uko nyene nababuriye, yuko abaza barakora+ mwene ivyo batazotorana ubwami bw’Imana+.
11 Mugabo ubu ndabandikiye kureka kwivanga+ n’uwo wese yitwa mwene wacu akaba ari umusambanyi canke umunyamunoho+ canke uwusenga ibigirwamana canke uwutukana canke imborerwa+ canke umunyazi, no gusangira ntimugasangire n’umuntu mwene uyo.
21 inzigo, ukunywera akaborerwe+, ukwidagadura, n’ibintu nk’ivyo. Ndababuriye kuri ivyo, nk’uko nyene nababuriye, yuko abaza barakora+ mwene ivyo batazotorana ubwami bw’Imana+.