Guharura 16:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze abwira ikoraniro ati: “Ndabinginze mwigireyo muve imbere y’amahema y’aba bagabo b’ababisha kandi ntimukore ku kintu na kimwe cabo+, kugira ngo ntimuzimanganywe kubera igicumuro cabo cose.” Abaroma 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ndabahimiriza rero, bene wacu, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri+ n’ibitsitaza mu buryo buteye kubiri n’inyigisho+ mwize, mubazibukire+. 2 Abatesalonika 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubu rero turabategeka+, bene wacu, mw’izina ry’Umukama Yezu Kristu, kwitandukanya+ na mwene wacu wese atagendera ku rutonde+, ntagende yisunga ivyo twabashikirije+. 2 Yohani 10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye iyo nyigisho, ntimwigere mumwakira mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse+.
26 Maze abwira ikoraniro ati: “Ndabinginze mwigireyo muve imbere y’amahema y’aba bagabo b’ababisha kandi ntimukore ku kintu na kimwe cabo+, kugira ngo ntimuzimanganywe kubera igicumuro cabo cose.”
17 Ndabahimiriza rero, bene wacu, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri+ n’ibitsitaza mu buryo buteye kubiri n’inyigisho+ mwize, mubazibukire+.
6 Ubu rero turabategeka+, bene wacu, mw’izina ry’Umukama Yezu Kristu, kwitandukanya+ na mwene wacu wese atagendera ku rutonde+, ntagende yisunga ivyo twabashikirije+.
10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye iyo nyigisho, ntimwigere mumwakira mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse+.