ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abatesalonika 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Ubu rero turabategeka+, bene wacu, mw’izina ry’Umukama Yezu Kristu, kwitandukanya+ na mwene wacu wese atagendera ku rutonde+, ntagende yisunga ivyo twabashikirije+.

  • 2 Abatesalonika 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Mugabo nimba hari uwutagamburuka ijambo+ tubabwiriye muri iri kete, uwo mugume mumushizeko ikimenyetso+, mureke kwifatanya na we+, kugira ngo amaramare+.

  • Tito 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nayo ku vyerekeye umuntu aremesha umuce+, umwamirire kure+ niwamara kumukebura ubwa mbere n’ubwa kabiri+;

  • 2 Yohani 10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye iyo nyigisho, ntimwigere mumwakira mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika