ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 16:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ndabahimiriza rero, bene wacu, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri+ n’ibitsitaza mu buryo buteye kubiri n’inyigisho+ mwize, mubazibukire+.

  • 1 Abakorinto 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ndabakeza rero kubera ko mu bintu vyose munzirikana kandi mukagumya ivyo nabashikirije+ nk’uko nabibahereje.

  • 2 Abatesalonika 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko rero, bene wacu, muhagarare mushikamye+ kandi mugumye ivyo mwashikirijwe+, vyaba vyaciye ku butumwa bwo ku munwa canke kw’ikete ryacu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika