1 Abakorinto 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kuko hategerezwa kandi kubaho imice+ muri mwebwe, kugira ngo abashimwa na bo nyene bibonekeze muri mwebwe+. Ivyahishuwe 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yamara rero urafise iki kintu: uranka+ ibikorwa vya wa muce wa Nikola+, ivyo na jewe nanka.
19 Kuko hategerezwa kandi kubaho imice+ muri mwebwe, kugira ngo abashimwa na bo nyene bibonekeze muri mwebwe+.