Abaroma 16:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ndabahimiriza rero, bene wacu, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri+ n’ibitsitaza mu buryo buteye kubiri n’inyigisho+ mwize, mubazibukire+. 2 Abatesalonika 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubu rero turabategeka+, bene wacu, mw’izina ry’Umukama Yezu Kristu, kwitandukanya+ na mwene wacu wese atagendera ku rutonde+, ntagende yisunga ivyo twabashikirije+. 2 Abatesalonika 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo nimba hari uwutagamburuka ijambo+ tubabwiriye muri iri kete, uwo mugume mumushizeko ikimenyetso+, mureke kwifatanya na we+, kugira ngo amaramare+. 2 Yohani 10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye iyo nyigisho, ntimwigere mumwakira mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse+.
17 Ndabahimiriza rero, bene wacu, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri+ n’ibitsitaza mu buryo buteye kubiri n’inyigisho+ mwize, mubazibukire+.
6 Ubu rero turabategeka+, bene wacu, mw’izina ry’Umukama Yezu Kristu, kwitandukanya+ na mwene wacu wese atagendera ku rutonde+, ntagende yisunga ivyo twabashikirije+.
14 Mugabo nimba hari uwutagamburuka ijambo+ tubabwiriye muri iri kete, uwo mugume mumushizeko ikimenyetso+, mureke kwifatanya na we+, kugira ngo amaramare+.
10 Nihagira uwuza iwanyu atazanye iyo nyigisho, ntimwigere mumwakira mu mazu yanyu+ canke ngo mumuramutse+.