1 Ngoma 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni we yari kumwe na Dawidi i Pasi-damimu+, aho Abafilisitiya bari bakoraniye ku bw’intambara. Kandi hariho igice c’itongo cari cuzuye sayiri*, abantu bakaba bari barahunze kubera Abafilisitiya+.
13 Ni we yari kumwe na Dawidi i Pasi-damimu+, aho Abafilisitiya bari bakoraniye ku bw’intambara. Kandi hariho igice c’itongo cari cuzuye sayiri*, abantu bakaba bari barahunze kubera Abafilisitiya+.